IN OMNIBUS CHRISTUS
 
diocesemuyinga
 
  Contacto
  Home
Contacto
Tu dirección de correo electrónico:
Tu nombre:
Asunto:
Tu mensaje:
Accueil  
  Slogans Session-Retraite

Ukwemera gukomezwa nuko tugusangije abandi.
Naho haciye imyaka 2011 Kristu aje kw’isi, igikorwa co kumenyesha Inkuru Nziza yiwe kiracari mu ntango.
Nta gikorwa ciza tugirira umuntu coza kiruta ukumumenyesha Inkuru Nziza.
Imiliyoni n’imiliyoni z’abantu baracarindiriye iteka ry’ukumenyeshwa Inkuru Nziza ; musore, mwigeme, urashobora kubamara iyo nyota kubw’igisabisho, utwigoro n’ubuzima bwawe.
Rwaruka, ntimugatinye gukorera ubutumwa bw’ugukwiza hose Inkuru Nziza.
Turi Imikangara y’Imana kugirango abantu bose bakire.
Umutumwa Paulo avuga ati : Noba ndarwiciriye ntamenyesheje Inkuru Nziza.
« Genda mu bihugu vya kure niho ngomba kukurungika » (Ibik. 22, 21).
Izina nyaryo ry’Ekleziya ni « Ukurungikwa ».
« Nanje ndi kumwe namwe ubutakibavirira gushika ku muhero w’isi » (Mat. 28, 19).
« Ivyimburwa ni vyinshi yamara abakozi ni bake : Sabe rero Nyenumurima arungike abakozi benshi mu murima wiwe » (Lk 10, 2).
« Gende mwigishe abantu bose, mubabatize kw’izina rya Data n’irya Mwana n’irya Mutima Mweranda » (Mat. 28, 19).
 
LE DIOCESE  

LES PAROISSES  

LES CEBS  

LES CONGREGATIONS  

Hoy habia 1 visitantes (1 clics a subpáginas) ¡Aqui en esta página!
Ukwemera gukomezwa nuko tugusangije abandi. Naho haciye imyaka 2011 Kristu aje kw’isi, igikorwa co kumenyesha Inkuru Nziza yiwe kiracari mu ntango. Nta gikorwa ciza tugirira umuntu coza kiruta ukumumenyesha Inkuru Nziza. Imiliyoni n’imiliyoni z’abantu baracarindiriye iteka Este sitio web fue creado de forma gratuita con PaginaWebGratis.es. ¿Quieres también tu sitio web propio?
Registrarse gratis